Duration 5:47

Burundi : Igiciro c'urupapuro rwemeza ko umuntu arwaye canke atarwaye Coronavirus cadugijwe

1 245 watched
0
3
Published 5 Feb 2021

Amafaranga ibihumbi 60 y'amarundi niyo agiye kurihishwa abipfuza urupapuro rwemeza ko umuntu agwaye canke atagwaye umugera wa #Coronavirus, urupapuro ruha uburenganzira ingenzi zigomba gusohoka igihugu. Iyo ngingo y'ukuduza ayo mafaranga yahora ari ibihumbi 10 y'amarundi yafatiwe mu nama igira iya 16 y'umugwi w'igihugu ujejwe kugwanya ikiza ca coronavirus yabaye kuri uwu wa kane igenekerezo rya 4 Ruhuhuma 2021

Category

Show more

Comments - 6